June 19 2018

Indege y’Uburusiya yabonetse mu mazi abari bayirimo baburirwa irengero

Kuri uyu wa mbere tariki ya 30 Ukwakira 2017 Indege y’Uburusiya yari yabuze kuva ku munsi wa kane, yabonetse hasi mu mazi nko ku metero 200, ku nkengero za Barentsburg.

 

Igipolisi cya Norvege cyatangiye gushakisha abantu munani bari muri iyo kajugujugu, nk’uko biri mu itangazo ry’igipolisi cya Norvege.

Bikekwa muri kino gihe ko abo bantu bari muri iyo ndege bose bashobora kuba barapfuye.

Norvege ifite uburenganzira budahangarwa kuri ako kazinga ka Svalbard, ariko Uburusiya nabwo buhafite imiryango ikora mu kirombe cy’amakara cya Barentsburg.
Ubuyobozi bw’indehe bw’Uburusiya muri Barentsburg, bumenyesha ko abantu batanu bakora muri iyo kajugujugu hamwe n’abahanga batatu bari batwaye iyo ndege bashobora kuba barapfiriyemwo.

Iyo ndege yazimiye ifashe urugendo ruva Pyramiden ahari ikindi kirombe cy’Uburusiya cyahebwe, ijya Barentsburg.

Ni indege mu bisanzwe yari isanzwe ikoreshwa n’ishyirahamwe ricukura amakara ry’Uburusiya Arktikugol.

COMMENTS

NO COMMENTS YET

LEAVE A COMMENT BELOW

OTHER NEWS

Ubucyene bwariyongereye cyane mu Burundi-ONU

ONU ivuga ko ubu bwiyongere ahanini bwatewe n’ubukungu bw’iki gihugu busanzwe (...)

By | 20 February 2018 | 0 (comments)

Indege yarimo abagenzi 65 yaburiwe irengero

Hari amakuru avuga ko baba babonye aho iyi ndege yaguye ariko, umuvugizi w’indege (...)

By | 19 February 2018 | 0 (comments)

Uburusiya bwongeye guhakana uruhare mu matora yimitse Trump

Kremlin yabivuze nyuma y’Abarusiya 13 bakekwa na Amerika kwivanga mu matora (...)

By | 19 February 2018 | 0 (comments)

Nixon Agasirwe yangiwe kurekurwa by’agateganyo

Uyu Lt Joel Mutabazi yaje gukatirwa n’urukiko rwo mu Rwanda igihano cyo gufungwa (...)

By | 13 February 2018 | 0 (comments)

Abagore b’Inyeshyamba basabiwe kuraswa mu myanya y’ibanga muri Philippine

Duterte ukunze kurangwa n’imvugo zikakaye yahaye aya mabwiriza igisirikare (...)

By | 13 February 2018 | 0 (comments)

Follow us

Read our latest news on any of these social networks