February 25 2018

Indege y’Uburusiya yabonetse mu mazi abari bayirimo baburirwa irengero

Kuri uyu wa mbere tariki ya 30 Ukwakira 2017 Indege y’Uburusiya yari yabuze kuva ku munsi wa kane, yabonetse hasi mu mazi nko ku metero 200, ku nkengero za Barentsburg.

 

Igipolisi cya Norvege cyatangiye gushakisha abantu munani bari muri iyo kajugujugu, nk’uko biri mu itangazo ry’igipolisi cya Norvege.

Bikekwa muri kino gihe ko abo bantu bari muri iyo ndege bose bashobora kuba barapfuye.

Norvege ifite uburenganzira budahangarwa kuri ako kazinga ka Svalbard, ariko Uburusiya nabwo buhafite imiryango ikora mu kirombe cy’amakara cya Barentsburg.
Ubuyobozi bw’indehe bw’Uburusiya muri Barentsburg, bumenyesha ko abantu batanu bakora muri iyo kajugujugu hamwe n’abahanga batatu bari batwaye iyo ndege bashobora kuba barapfiriyemwo.

Iyo ndege yazimiye ifashe urugendo ruva Pyramiden ahari ikindi kirombe cy’Uburusiya cyahebwe, ijya Barentsburg.

Ni indege mu bisanzwe yari isanzwe ikoreshwa n’ishyirahamwe ricukura amakara ry’Uburusiya Arktikugol.

COMMENTS

NO COMMENTS YET

LEAVE A COMMENT BELOW

OTHER NEWS

Kabira yiteguye gutangaza uzamusimbura nyuma y’imyaka 17

Mu gihe ibiganiro bikomeje kuri iyi ngingo, Mende yemeje ko Kabila atazica (...)

By | 2 February 2018 | 0 (comments)

Ubukerarugendo buracumbagira mu karere ka Ruhango

Ubuyobozi bwa Hotel rukumbi ibarizwa mu Ruhango buvuga ko bikigoye kubona (...)

By | 2 February 2018 | 0 (comments)

Amazi ni ingume muri Rwamagana

Ubuyobozi bw’Akarere ka Rwamagana buvuga ko iki kibazo kizwi kandi ko (...)

By | 2 February 2018 | 0 (comments)

Polisi yarasanye n’abaturage mu gihugu cya Uganda

Igipolisi cyakozanyijeho n’abamwe mubaturanyi b’ uyu mupolisi ndetse n’abo mu (...)

By | 1 February 2018 | 0 (comments)

Leta ya Kenya mu rukiko kubera gufunga ibitangazamakuru

Mr Okiya Omtatah yashyize ahagaragara ibyaha barega leta kuri uyu wa kane (...)

By | 1 February 2018 | 0 (comments)

Follow us

Read our latest news on any of these social networks